ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 31:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Kuko aho mariye guhindukira nicujije+; kandi aho mariye kumenyeshwa nikubise kw’itako+. Naramaramaye, nongera ndateterwa+, kuko nari nikoreye iceyi co mu buto bwanje+.’”

  • Ezekiyeli 16:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Kandi mu bintu vyawe vyose biteye ishishi be n’ubumaraya bwawe, ntiwibutse imisi y’ubuto bwawe ca gihe wari amenya, uri gusa; wakumbagara mu maraso yawe+.

  • Ezekiyeli 16:60
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 60 Kandi jewe sinzobura kwibuka isezerano ryanje nagiranye nawe mu misi y’ubuto bwawe+, ngushingire isezerano ryamaho igihe kitagira urugero+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika