Yesaya 12:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Raba! Imana ni yo bukiriro bwanje+. Nzokwizigira singire ubwoba+; kuko Ya* Yehova ari we nkomezi+ zanje n’ubushobozi+ bwanje, kandi yacitse ubukiriro bwanje+.” Yesaya 25:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Kandi kuri uwo musi umuntu ntazobura kuvuga ati: “Raba! Iyi ni yo Mana yacu+. Twarayizigiye+, kandi izodukiza+. Uyu ni Yehova+. Twaramwizigiye. Tunezererwe ubukiriro atanga, tubuhimbarirwe+.” Abaroma 8:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 None tuvuge iki kuri ivyo? Nimba Imana idushigikiye, ni nde azoturwanya+?
2 Raba! Imana ni yo bukiriro bwanje+. Nzokwizigira singire ubwoba+; kuko Ya* Yehova ari we nkomezi+ zanje n’ubushobozi+ bwanje, kandi yacitse ubukiriro bwanje+.”
9 Kandi kuri uwo musi umuntu ntazobura kuvuga ati: “Raba! Iyi ni yo Mana yacu+. Twarayizigiye+, kandi izodukiza+. Uyu ni Yehova+. Twaramwizigiye. Tunezererwe ubukiriro atanga, tubuhimbarirwe+.”