Mika 6:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Mbega Yehova azohimbarwa n’amapfizi y’intama ibihumbi, n’inzuzi z’amavuta ibihumbi mirongo+? Mbega nzotanga umuhungu wanje w’imfura ku bw’umugararizo wanje, icamwa c’inda yanje ku bw’igicumuro canje+?
7 Mbega Yehova azohimbarwa n’amapfizi y’intama ibihumbi, n’inzuzi z’amavuta ibihumbi mirongo+? Mbega nzotanga umuhungu wanje w’imfura ku bw’umugararizo wanje, icamwa c’inda yanje ku bw’igicumuro canje+?