19 Kandi imana zayo zahawe umuriro+, kuko zitari imana+, mugabo zari izahinguwe n’amaboko y’umuntu+, izahinguwe mu biti no mu mabuye, ku buryo baziranduye+.
6 Kuko iyo nyana yandurutse kuri Isirayeli+. Umuhinguzi w’utugenegene ni we yayikoze+, kandi iyo nyana si Imana; kuko inyana ya Samariya izocika ubunywenywe+.