ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abami 23:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Vyongeye, igicaniro cari i Beteli+, ikibanza gikirurutse cari carakozwe na Yerobowamu+ mwene Nebati, umwe yacumuza Isirayeli+, egome, ico gicaniro n’ico kibanza gikirurutse abisiturira hasi. Maze aturira ico kibanza gikirurutse; aragisya kiba umukungugu yongera aturira nya gikingi ceranda.

  • 2 Abami 23:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 N’amazu yose+ yo ku bibanza bikirurutse yari mu bisagara+ vya Samariya, ayo abami+ ba Isirayeli bari barubatse kugira bababaze+ Imana, Yosiya ayakuraho, maze ayagirira nk’ivyo yari yaragize i Beteli vyose+.

  • 2 Ngoma 31:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 31 Bakirangiza ivyo vyose, Abisirayeli bose+ bari ng’aho barasohoka baja mu bisagara vya Yuda+, maze batangura kumenagura inkingi nyeranda+ no kwicira ibikingi vyeranda+ no gusiturira hasi ibibanza bikirurutse+ n’ibicaniro+ muri Yuda yose+ na Benyamini, no muri Efurayimu+ na Manase+, gushika barangije; hanyuma bene Isirayeli bose bagaruka mu bisagara vyabo, umwe wese kw’itongo ryiwe.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika