Zaburi 2:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Wa Wundi yicaye mu majuru+ azokwitwengera;Yehova ubwiwe azobatwengera mw’ijigo+. Zaburi 29:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Yehova yicaye ku mwuzure+;Yehova avyagiye nk’umwami gushika igihe kitagira urugero+. Zaburi 68:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Umwe agendera kw’ijuru rya kera ry’amajuru+.Yewe ga yee! Asamirana n’ijwi ryiwe, ijwi rikomeye+. Yesaya 66:1 Bibiliya y’isi nshasha 66 Ibi ni vyo Yehova avuze: “Amajuru ni yo ntebe yanje y’ubwami+, isi na yo ni intebe y’ibirenge vyanje+. None inzu mushobora kunyubakira iri hehe+, kandi none ikibanza combera aho kuruhukira kiri hehe+?”
66 Ibi ni vyo Yehova avuze: “Amajuru ni yo ntebe yanje y’ubwami+, isi na yo ni intebe y’ibirenge vyanje+. None inzu mushobora kunyubakira iri hehe+, kandi none ikibanza combera aho kuruhukira kiri hehe+?”