ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 46:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  4 Hari uruzi imigezi yarwo ituma igisagara c’Imana kinezerwa+,

      Ya taberenakulo ihambaye kandi nyeranda bihebuje ya Musumbavyose+.

  • Yesaya 30:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 Kandi ku musozi muremure wose no ku murambi ukirurutse wose hazotegerezwa kuba imigezi+, imifurege y’amazi, ku musi w’ugusasika inganda gukomeye, iminara niyatemba+.

  • Yoweli 3:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 “Kandi uku ni ko bitegerezwa kuba kuri uwo musi: imisozi izotonyanga umuvinyu usosa+, imirambi itembe amata, n’inzira z’imigezi za Yuda zose zitembe amazi. Kandi imbizi izotemba ivuye mu nzu ya Yehova+, inyoshe umwonga w’Ibiti vy’Iminyinya+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika