Itanguriro 25:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Kandi aya ni yo mazina ya bene Ishimayeli, hakurikijwe amazina yabo, nk’uko amamuko y’imiryango yabo ari: Imfura ya Ishimayeli ari yo Nebayoti+, na Kedari+ na Adibeyeli na Mibusamu+ Zaburi 120:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Ndigorewe, kuko nabaye i Mesheki+ ndi kavamahanga!Nacumbitse hamwe n’amahema y’i Kedari+. Yesaya 60:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Imikuku yose y’i Kedari+, izokoranirizwa iwawe. Impfizi z’intama z’i Nebayoti+, zizogukorera+. Zizoduga ku gicaniro canje kandi zemerwe+, kandi nzoshariza inzu yanje y’ubwiza+.
13 Kandi aya ni yo mazina ya bene Ishimayeli, hakurikijwe amazina yabo, nk’uko amamuko y’imiryango yabo ari: Imfura ya Ishimayeli ari yo Nebayoti+, na Kedari+ na Adibeyeli na Mibusamu+
7 Imikuku yose y’i Kedari+, izokoranirizwa iwawe. Impfizi z’intama z’i Nebayoti+, zizogukorera+. Zizoduga ku gicaniro canje kandi zemerwe+, kandi nzoshariza inzu yanje y’ubwiza+.