Yesaya 60:1 Bibiliya y’isi nshasha 60 “Haguruka+, wa mugore we, rungika umuco+, kuko umuco wawe ushitse+, kandi ubuninahazwa bwa Yehova bukaba bukurasiyeko umuco+. Yesaya 60:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Izuba ryawe ntirizosubira kurenga, eka n’ukwezi kwawe ntikuzoyama; kuko Yehova ubwiwe azokubera umuco wamaho igihe kitagira urugero+, kandi imisi y’ukugandara kwawe izoba yarangiye+.
60 “Haguruka+, wa mugore we, rungika umuco+, kuko umuco wawe ushitse+, kandi ubuninahazwa bwa Yehova bukaba bukurasiyeko umuco+.
20 Izuba ryawe ntirizosubira kurenga, eka n’ukwezi kwawe ntikuzoyama; kuko Yehova ubwiwe azokubera umuco wamaho igihe kitagira urugero+, kandi imisi y’ukugandara kwawe izoba yarangiye+.