2 Ngoma 36:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Yehova Imana ya ba sekuruza babo aguma abarungikira imburi biciye ku ntumwa ziwe+, akazirungika incuro n’izindi, kuko yumvira impuhwe abantu biwe+ n’aho aba+. Ezekiyeli 24:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 “‘Mu buhumane bwawe habayemwo ubushirasoni+. Ni co gituma nabwirijwe kuguhumanura, mugabo ntiwahumanutse ubuhumane bwawe+. Ntuzokwongera kuba uwuhumanutse gushika ntururuje ubushangashirwe bwanje ku bikwerekeye+. Ivyakozwe 7:51 Bibiliya y’isi nshasha 51 “Yemwe bantu b’intabarirwa kandi batagenyerewe mu mitima+ no mu matwi: mwama murwanya impwemu nyeranda; nk’uko ba sogokuruza banyu bakora, ni ko namwe mukora+.
15 Yehova Imana ya ba sekuruza babo aguma abarungikira imburi biciye ku ntumwa ziwe+, akazirungika incuro n’izindi, kuko yumvira impuhwe abantu biwe+ n’aho aba+.
13 “‘Mu buhumane bwawe habayemwo ubushirasoni+. Ni co gituma nabwirijwe kuguhumanura, mugabo ntiwahumanutse ubuhumane bwawe+. Ntuzokwongera kuba uwuhumanutse gushika ntururuje ubushangashirwe bwanje ku bikwerekeye+.
51 “Yemwe bantu b’intabarirwa kandi batagenyerewe mu mitima+ no mu matwi: mwama murwanya impwemu nyeranda; nk’uko ba sogokuruza banyu bakora, ni ko namwe mukora+.