Yesaya 12:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Raba! Imana ni yo bukiriro bwanje+. Nzokwizigira singire ubwoba+; kuko Ya* Yehova ari we nkomezi+ zanje n’ubushobozi+ bwanje, kandi yacitse ubukiriro bwanje+.” Hoseya 13:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 “Mugabo jewe ndi Yehova Imana yawe kuva igihe wava mu gihugu ca Misiri+, kandi nta yindi Mana wari uzi kiretse jewe; nta wundi mukiza yariho atari jewe+. 1 Timoteyo 2:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ivyo ni vyiza kandi biremerwa+ imbere y’Umukiza wacu, Imana+, Yuda 25 Bibiliya y’isi nshasha 25 ya Mana imwe yonyene ikaba n’Umukiza wacu+ biciye kuri Yezu Kristu+ Umukama wacu, ubuninahazwa+, ubukuru, ubushobozi+ hamwe n’ububasha+ bibe ivyayo mu bihe bidahera vyarenganye+, n’ubu no gushika ibihe bidahera+. Amen+.
2 Raba! Imana ni yo bukiriro bwanje+. Nzokwizigira singire ubwoba+; kuko Ya* Yehova ari we nkomezi+ zanje n’ubushobozi+ bwanje, kandi yacitse ubukiriro bwanje+.”
4 “Mugabo jewe ndi Yehova Imana yawe kuva igihe wava mu gihugu ca Misiri+, kandi nta yindi Mana wari uzi kiretse jewe; nta wundi mukiza yariho atari jewe+.
25 ya Mana imwe yonyene ikaba n’Umukiza wacu+ biciye kuri Yezu Kristu+ Umukama wacu, ubuninahazwa+, ubukuru, ubushobozi+ hamwe n’ububasha+ bibe ivyayo mu bihe bidahera vyarenganye+, n’ubu no gushika ibihe bidahera+. Amen+.