Gusubira mu vyagezwe 32:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Yehova wenyene ni we yaguma amuyobora+,Kandi nta mana y’inyamahanga yari kumwe na we+. Zaburi 81:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Muri wewe ntihazoba imana y’ahandi+;Kandi ntuzokwunamira imana y’inyamahanga+.