Yeremiya 50:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Kaludaya azoba koko isahu+. Abamusahura bose bazohaga+,” ni ko Yehova avuze. Ivyahishuwe 18:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 “Vyongeye, abadandaza b’ingenzi+ bo kw’isi baramuririra bongera bamuborogera+, kuko ata wuriho wo kwongera kugura ububiko bwabo bwuzuye,
11 “Vyongeye, abadandaza b’ingenzi+ bo kw’isi baramuririra bongera bamuborogera+, kuko ata wuriho wo kwongera kugura ububiko bwabo bwuzuye,