Yeremiya 25:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 “‘Maze imyaka mirongo irindwi niyakwira+, nzogira ico mbaza umwami wa Babiloni n’iryo hanga+,’ ni ko Yehova avuze, ‘kubera ikosa ryabo, egome, ngire ico mbaza igihugu c’Abakaludaya+, kandi nzokigira ibiharabuga gushika igihe kitagira urugero+. Yeremiya 27:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Emwe, amahanga yose azomukorera+, we n’umuhungu wiwe n’umwuzukuru wiwe, gushika igihe c’igihugu ciwe gishitse+, kandi amahanga menshi n’abami bahambaye bazomukoresha koko nk’umusuku+.’
12 “‘Maze imyaka mirongo irindwi niyakwira+, nzogira ico mbaza umwami wa Babiloni n’iryo hanga+,’ ni ko Yehova avuze, ‘kubera ikosa ryabo, egome, ngire ico mbaza igihugu c’Abakaludaya+, kandi nzokigira ibiharabuga gushika igihe kitagira urugero+.
7 Emwe, amahanga yose azomukorera+, we n’umuhungu wiwe n’umwuzukuru wiwe, gushika igihe c’igihugu ciwe gishitse+, kandi amahanga menshi n’abami bahambaye bazomukoresha koko nk’umusuku+.’