ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 137:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  8 Ewe mukobwa wa Babiloni ubwirizwa kunyagwa+,

      Azoba ahiriwe uwuzoguhemba+

      Akakugirira uko ubwawe watugiriye+.

  • Yeremiya 25:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 “‘Maze imyaka mirongo irindwi niyakwira+, nzogira ico mbaza umwami wa Babiloni n’iryo hanga+,’ ni ko Yehova avuze, ‘kubera ikosa ryabo, egome, ngire ico mbaza igihugu c’Abakaludaya+, kandi nzokigira ibiharabuga gushika igihe kitagira urugero+.

  • Yeremiya 50:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 “Nimutonde kugira mutere Babiloni impande zose+, mwese abahonyora umuheto+. Nimumurase+. Ntihagire umwampi musigaza, kuko yacumuye kuri Yehova+.

  • Yeremiya 50:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Mugandagure ibimasa vyiwe vyose+. Nibimanuke gukererwa+. Biragowe, kuko umusi wavyo ushitse, egome, igihe co kuvyitaho+!

  • Daniyeli 5:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 “Insobanuro y’iryo jambo ni iyi: MENE: Imana yaharūye imisi y’ubwami bwawe iraburangiza+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika