ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 11:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Kandi hazobaho koko inzira y’ikirari+ iva muri Ashuri ku bw’amasigarira+ y’abantu biwe bazoba basigaye+, nk’uko nyene habayeho inzira ya Isirayeli wa musi yaduga avuye mu gihugu ca Misiri.

  • Yesaya 40:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Umve! Hari umuntu ariko arasemerera mu gahinga+ ati: “Nimutunganye inzira ya Yehova+! Nimugororere Imana yacu inzira y’ikirari ica mu kiyaya c’ubugaragwa+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika