ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 3:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Nkako, uwo ni umwe yavugwa biciye kuri Yesaya umuhanuzi+ muri aya majambo ngo: “Umve! Hari umuntu ariko arasemerera mu gahinga, ati: ‘Nimutegure+ inzira ya Yehova! Mugorore amayira yiwe.’”

  • Mariko 1:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 umve! hari umuntu ariko arasemerera mu gahinga, ati: ‘Nimutegure inzira ya Yehova, mugorore amayira yiwe+,’”

  • Luka 3:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 nk’uko vyanditswe mu gitabu c’amajambo ya Yesaya umuhanuzi ngo: “Umve! Hari umuntu ariko arasemerera mu gahinga, ati: ‘Nimutegure inzira ya Yehova, mugorore amayira yiwe+.

  • Yohani 1:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 Avuga ati: “Ndi ijwi ry’umuntu ariko arasemerera mu gahinga, ati: ‘Nimugorore inzira ya Yehova,’ nk’uko Yesaya umuhanuzi yavuze+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika