Mariko 1:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nk’uko vyanditswe muri Yesaya umuhanuzi ngo: “(Ehe ntumye intumwa yanje imbere yawe, ari yo izotegura inzira yawe+); Yohani 1:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Avuga ati: “Ndi ijwi ry’umuntu ariko arasemerera mu gahinga, ati: ‘Nimugorore inzira ya Yehova,’ nk’uko Yesaya umuhanuzi yavuze+.”
2 Nk’uko vyanditswe muri Yesaya umuhanuzi ngo: “(Ehe ntumye intumwa yanje imbere yawe, ari yo izotegura inzira yawe+);
23 Avuga ati: “Ndi ijwi ry’umuntu ariko arasemerera mu gahinga, ati: ‘Nimugorore inzira ya Yehova,’ nk’uko Yesaya umuhanuzi yavuze+.”