ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 33:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Hahiriwe ihanga Imana yaryo ari Yehova+,

      Igisata c’abantu yatoye ngo kibe intoranwa yiwe+.

  • Yesaya 41:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 “Mugabo wewe ga Isirayeli, uri umusavyi wanje+, wewe ga Yakobo, uwo natoye+, uruvyaro rwa Aburahamu+ umugenzi wanje+;

  • Yesaya 44:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 44 “Ubu rero niwumvirize, ewe Yakobo musavyi wanje+, na wewe, ewe Isirayeli, uwo natoye+.

  • 1 Petero 2:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Mugabo mwebwe muri “ubwoko bwatowe, ubuherezi bwa cami, ihanga ryeranda+, igisata c’inyegu yiharijwe+, kugira ngo mumenyeshe hose kamere z’agahebuza+” z’umwe yabahamagara abakuye mu mwiza akabinjiza mu muco wiwe w’agatangaza+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika