Itanguriro 17:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 “Nzoshitsa isezerano ryanje riri hagati yanje nawe+ be n’uruvyaro* rwawe mu nyuma zawe nk’uko amayaruka yabo ari, ribe isezerano ryo gushika igihe kitagira urugero+, kugira nerekane ko ndi Imana kuri wewe no ku ruvyaro rwawe mu nyuma zawe+. Itanguriro 35:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Imana imubwira kandi iti: “Ndi Imana Mushoboravyose+. Nurondoke, ugwire. Muri wewe hazova amahanga n’ishengero ry’amahanga, kandi mu kiyunguyungu cawe hazova abami+. Zaburi 105:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Yemwe ruvyaro rwa Aburahamu umusavyi wiwe+,Mwebwe bene Yakobo, abo yatoye+! Abaroma 11:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Tuvuge iki none? Ikintu nyene Isirayeli iriko ironderana ubwira ntiyakironse+, mugabo abatowe+ barakironse. Abasigaye barakomantajwe imitima+;
7 “Nzoshitsa isezerano ryanje riri hagati yanje nawe+ be n’uruvyaro* rwawe mu nyuma zawe nk’uko amayaruka yabo ari, ribe isezerano ryo gushika igihe kitagira urugero+, kugira nerekane ko ndi Imana kuri wewe no ku ruvyaro rwawe mu nyuma zawe+.
11 Imana imubwira kandi iti: “Ndi Imana Mushoboravyose+. Nurondoke, ugwire. Muri wewe hazova amahanga n’ishengero ry’amahanga, kandi mu kiyunguyungu cawe hazova abami+.
7 Tuvuge iki none? Ikintu nyene Isirayeli iriko ironderana ubwira ntiyakironse+, mugabo abatowe+ barakironse. Abasigaye barakomantajwe imitima+;