Zaburi 92:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Ababaditswe mu nzu ya Yehova+,Mu bigo vy’Imana yacu+, bazoshurika. Yesaya 61:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kuko, nk’uko isi izana umunago wayo, nk’uko kandi umurima umeza ibibibwe muri wo+, ni ko Umukama Segaba Yehova azomeza ubugororotsi+ n’ishemezo imbere y’amahanga yose+. Ivyakozwe 2:41 Bibiliya y’isi nshasha 41 Nuko rero, abakiriye ijambo ryiwe n’umutima wabo wose barabatizwa+, kuri uwo musi abantu nk’ibihumbi bitatu barongerwako+.
11 Kuko, nk’uko isi izana umunago wayo, nk’uko kandi umurima umeza ibibibwe muri wo+, ni ko Umukama Segaba Yehova azomeza ubugororotsi+ n’ishemezo imbere y’amahanga yose+.
41 Nuko rero, abakiriye ijambo ryiwe n’umutima wabo wose barabatizwa+, kuri uwo musi abantu nk’ibihumbi bitatu barongerwako+.