Yesaya 60:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 “Nta wuzosubira kwumva ubukazi mu gihugu cawe, ukunyaga canke ugusenyuka hagati y’imbibe zawe+. Kandi impome zawe ntuzobura kuzita Ubukiriro+, amarembo yawe na yo Ishemezo. Yesaya 62:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 kandi ntimumuhe agacerere namba, emwe, gushika Yeruzalemu ayigize ishemezo mw’isi+.” 1 Petero 2:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Mugabo mwebwe muri “ubwoko bwatowe, ubuherezi bwa cami, ihanga ryeranda+, igisata c’inyegu yiharijwe+, kugira ngo mumenyeshe hose kamere z’agahebuza+” z’umwe yabahamagara abakuye mu mwiza akabinjiza mu muco wiwe w’agatangaza+.
18 “Nta wuzosubira kwumva ubukazi mu gihugu cawe, ukunyaga canke ugusenyuka hagati y’imbibe zawe+. Kandi impome zawe ntuzobura kuzita Ubukiriro+, amarembo yawe na yo Ishemezo.
9 Mugabo mwebwe muri “ubwoko bwatowe, ubuherezi bwa cami, ihanga ryeranda+, igisata c’inyegu yiharijwe+, kugira ngo mumenyeshe hose kamere z’agahebuza+” z’umwe yabahamagara abakuye mu mwiza akabinjiza mu muco wiwe w’agatangaza+.