ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 26:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 Kuri uwo musi+ uru ruririmbo ruzoririmbwa+ mu gihugu ca Yuda+: “Dufise igisagara gikomeye+. Ashiraho ubukiriro ngo bube impome n’igikuta+.

  • 1 Abakorinto 3:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Nimba umuntu asambuye urusengero rw’Imana, Imana izomusambura+; kuko urusengero rw’Imana ari rweranda+, nya rusengero+ akaba ari rwo mwebwe muri+.

  • Ivyahishuwe 19:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Inyuma y’ivyo numva ikimeze nk’ijwi rikomeye ry’isinzi rinini mw’ijuru+. Bavuga bati: “Shemeze Ya+! Ubukiriro+ n’ubuninahazwa n’ububasha ni ivy’Imana yacu+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika