Kuvayo 15:1 Bibiliya y’isi nshasha 15 Ico gihe Musa na bene Isirayeli batangura kuririmbira Yehova uru ruririmbo+, bati:“Reka ndirimbire Yehova, kuko ashizwe hejuru cane+.Ifarasi n’uwuyigendesha yajugunyiye mu kiyaga+. 2 Samweli 22:1 Bibiliya y’isi nshasha 22 Nuko Dawidi atangura kubwira Yehova amajambo y’uru ruririmbo+, ku musi Yehova yamurokora akamukura mu kiganza c’abansi+ biwe bose no mu kiganza ca Sauli+; Zaburi 146:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nzoshemeza Yehova mu buzima bwanje+.Nzohibongoreza Imana yanje igihe cose nzoba nkiriho+. Zaburi 150:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Nimuyishemeze n’ivyuma vy’umusāmīro uryoshe+.Nimuyishemeze n’ivyuma vyasirana+. Yesaya 12:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Nimuhibongoreze Yehova+, kuko yakoze ibirenze+. Ivyo biramenyeshwa mw’isi yose.
15 Ico gihe Musa na bene Isirayeli batangura kuririmbira Yehova uru ruririmbo+, bati:“Reka ndirimbire Yehova, kuko ashizwe hejuru cane+.Ifarasi n’uwuyigendesha yajugunyiye mu kiyaga+.
22 Nuko Dawidi atangura kubwira Yehova amajambo y’uru ruririmbo+, ku musi Yehova yamurokora akamukura mu kiganza c’abansi+ biwe bose no mu kiganza ca Sauli+;