Yesaya 4:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Kuri uwo musi, ico Yehova anagisha+ kizoba ic’ubwiza n’ic’ubuninahazwa+, kandi ivyamwa vy’igihugu bizoba ikintu co kwishimira+ n’ikintu ciza ku bo muri Isirayeli barokotse+. Yesaya 26:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 “Abapfuye bawe bazobaho+. Ikiziga canje—bazovyuka+. Ikangure mwihe akamo k’umunezero, yemwe ababa mu mukungugu+! Kuko ikime+ canyu ari nk’ikime c’uduti tw’imyora+, kandi isi izorekura barya ata co bashoboye mu rupfu bavuke+. Yohani 11:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Marita amubwira ati: “Ndazi ko azozuka mw’izuka+ ku musi wa nyuma.”
2 Kuri uwo musi, ico Yehova anagisha+ kizoba ic’ubwiza n’ic’ubuninahazwa+, kandi ivyamwa vy’igihugu bizoba ikintu co kwishimira+ n’ikintu ciza ku bo muri Isirayeli barokotse+.
19 “Abapfuye bawe bazobaho+. Ikiziga canje—bazovyuka+. Ikangure mwihe akamo k’umunezero, yemwe ababa mu mukungugu+! Kuko ikime+ canyu ari nk’ikime c’uduti tw’imyora+, kandi isi izorekura barya ata co bashoboye mu rupfu bavuke+.