ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 27:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Mu misi izoza Yakobo azoshora imizi, Isirayeli+ azoshurika anage koko; kandi ntibazobura kwuzuza umwimbu uburinganire bw’ubutaka bwimbuka+.

  • Yesaya 60:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Nayo abantu bawe, bose bazoba abagororotsi+; bazokwigabira igihugu gushika igihe kitagira urugero+, babe umunago nitereye+, igikorwa c’amaboko yanje+, kugira ngo nsharizwe+.

  • Yoweli 2:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Yehova azogirira umwete igihugu ciwe+, agirire impuhwe abantu biwe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika