ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 25:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Emwe, urupfu azorumira miyonzwa gushitsa ibihe bidahera+, kandi Umukama Segaba Yehova azohanagura koko amosozi mu maso ha bose+. Kandi iceyi c’abantu biwe azogikuraho kw’isi yose+, kuko Yehova ubwiwe abivuze.

  • Mariko 12:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 Nayo ku vyerekeye abapfuye, yuko bazurwa, ntimwasomye mu gitabu ca Musa, muri ya nkuru y’igisaka c’amahwa, ingene Imana yamubwiye iti: ‘Ndi Imana ya Aburahamu n’Imana ya Izahaki n’Imana ya Yakobo+’?

  • Yohani 11:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Marita amubwira ati: “Ndazi ko azozuka mw’izuka+ ku musi wa nyuma.”

  • Yohani 11:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 Yezu amubwira ati: “Ni jewe zuka n’ubuzima+. Uwunyizera, naho yopfa, azoba muzima+;

  • 1 Abakorinto 15:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Kubera ko urupfu+ rwazananye ku muntu, n’izuka+ ry’abapfuye ryazananye ku muntu.

  • 1 Abatesalonika 4:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Kuko nimba twizera yuko Yezu yapfuye akongera akazuka+, n’abasinziriye mu rupfu muri Yezu na bo nyene Imana izobazanana na we+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika