ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abakorinto 15:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 Mugabo umwe wese mu mwanya wiwe bwite: Kristu ni we mushuzo+, hanyuma aba Kristu mu gihe c’ukuhaba* kwiwe+.

  • Abafilipi 3:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 ari we azohindura ukundi umubiri wacu wateterejwe+, ngo umere nk’umubiri wiwe uninahaye+, nk’uko ububasha afise bukora+, mbere bwo gushira ibintu vyose munsi y’ubuyobozi bwiwe ngo abiganze+.

  • 2 Abatesalonika 2:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Ariko ga bene wacu, ku bijanye n’ukuhaba+ kw’Umukama wacu Yezu Kristu be n’ugukoranirizwa hamwe kwacu ngo tube kumwe na we+, tubasavye

  • Ivyahishuwe 20:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Hanyuma mbona intebe z’ubwami+, kandi hari abazicayeko, maze bahabwa ububasha bwo guca imanza+. Egome, mbona ubuzima bw’abicishijwe ishoka kubera intahe bashingiye Yezu no kubera ukuvuga ivyerekeye Imana, n’abatari basenze ca gikoko+ canke ishusho+ yaco kandi batari baronse ca kimenyetso ku ruhanga rwabo no ku kuboko kwabo+. Hanyuma baba bazima, baganza+ hamwe na Kristu imyaka igihumbi.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika