Yesaya 40:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Mbega Imana mwoyisanisha na nde+, kandi ni ishusho nki mwoyishira hampande+? Yesaya 46:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Nimwibuke ivya mbere vya kera+, yuko ari je ndi Nyenubumana+ kandi ko ata yindi Mana iriho+, canke uwumeze nkanje+;
9 Nimwibuke ivya mbere vya kera+, yuko ari je ndi Nyenubumana+ kandi ko ata yindi Mana iriho+, canke uwumeze nkanje+;