Itanguriro 17:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Nzoguha mwe n’uruvyaro rwawe mu nyuma zawe igihugu wabayemwo uri kavamahanga+, egome igihugu cose ca Kanani, ngo kikubere itongo wigabira gushika igihe kitagira urugero; kandi nzokwerekana ko ndi Imana kuri bo+.” Gusubira mu vyagezwe 32:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Igihe Musumbavyose yaha amahanga intoranwa+,Igihe yatandukanya abana ba Adamu+,Ni ho yashingira urubibe ibisata vy’abantu+Afatiye ku gitigiri ca bene Isirayeli+. Yesaya 41:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ni nde yagize ico akoze+ akabirangūra, agahamagara amayaruka guhera mu ntango+? “Ni jewe, Yehova, Umwe wa Mbere+; ku ba nyuma nguma ndi wa wundi+.” Ivyakozwe 17:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Kandi yakoze amahanga yose+ y’abantu iyakuye mu muntu umwe+, ngo babe ku buringanire bwose bw’isi+, ishinga ibihe+ n’imbibe z’aho abantu baba+,
8 Nzoguha mwe n’uruvyaro rwawe mu nyuma zawe igihugu wabayemwo uri kavamahanga+, egome igihugu cose ca Kanani, ngo kikubere itongo wigabira gushika igihe kitagira urugero; kandi nzokwerekana ko ndi Imana kuri bo+.”
8 Igihe Musumbavyose yaha amahanga intoranwa+,Igihe yatandukanya abana ba Adamu+,Ni ho yashingira urubibe ibisata vy’abantu+Afatiye ku gitigiri ca bene Isirayeli+.
4 Ni nde yagize ico akoze+ akabirangūra, agahamagara amayaruka guhera mu ntango+? “Ni jewe, Yehova, Umwe wa Mbere+; ku ba nyuma nguma ndi wa wundi+.”
26 Kandi yakoze amahanga yose+ y’abantu iyakuye mu muntu umwe+, ngo babe ku buringanire bwose bw’isi+, ishinga ibihe+ n’imbibe z’aho abantu baba+,