29 Kandi nshinze itegeko+: igisata c’abantu cose, umuryango w’amahanga wose canke ururimi rwose bazovuga ikintu kitari co na kimwe ku Mana ya Shaduraki na Meshaki na Abedinego, baze bahimbagurwe+, n’inzu yabo ize ihindurwe kwa surwumwe+; kuko ata yindi mana iriho ishobora gukiza nk’iyi+.”