Daniyeli 2:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Umwami yishura nya Bakaludaya ati: “Iryo mvumereye ni iri: Nimutamenyesha iyo ndoto, be n’insobanuro yayo, ni uguca muhimbagurwa+, amazu yanyu na yo ahindurwe kwa surwumwe+.
5 Umwami yishura nya Bakaludaya ati: “Iryo mvumereye ni iri: Nimutamenyesha iyo ndoto, be n’insobanuro yayo, ni uguca muhimbagurwa+, amazu yanyu na yo ahindurwe kwa surwumwe+.