27 Vyongeye, basiturira hasi inkingi nyeranda ya Bayali+ bongera basiturira hasi inzu ya Bayali+, maze baguma bayishize ku ruhande kugira ngo ikoreshwe bwa tuzu twa surwumwe+, gushika n’uyu musi.
11 Ntanze itegeko yuko umuntu wese azorenga+ iyi ngingo ishinzwe, bazorandura igiti+ mu nzu yiwe maze amanikwe+ kuri co, kandi inzu yiwe izohindurwa akazu ka surwumwe ka bose ku bw’ivyo+.