Kuvayo 20:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 “Ntukihingurire igishusho c’ikibazano canke ishusho imeze nk’ikintu ico ari co cose kiri mu majuru hejuru canke kw’isi hasi canke mu mazi munsi y’isi+. Gusubira mu vyagezwe 4:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 kugira ntimwikwegere guhona+ kandi vy’ukuri ntimwihingurire igishusho c’ikibazano, ishusho y’ikimenyetso ico ari co cose, ishusho y’ikintu c’igitsina-gabo canke c’igitsina-gore+, Gusubira mu vyagezwe 4:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Maze hiyo muzobwirizwa gukorera imana+ zakozwe n’amaboko y’umuntu, z’ibiti n’amabuye+, izidashobora kubona canke kwumva canke kurya canke kumoterwa+. Ivyakozwe 17:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 “Ko rero turi uruvyaro rw’Imana+, ntidukwiye kwiyumvira yuko Imana+ imeze nk’inzahabu canke ifeza canke ibuye, nk’ikintu cahinguwe n’ubuhinga be n’ubwenge bw’umuntu+. Abaroma 1:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 ubuninahazwa+ bwa ya Mana itabora babuhindura ikintu kimeze nk’ishusho+ y’umuntu abora n’iy’inyoni n’ibiremwa vy’amaguru ane n’ibikwega inda hasi+.
4 “Ntukihingurire igishusho c’ikibazano canke ishusho imeze nk’ikintu ico ari co cose kiri mu majuru hejuru canke kw’isi hasi canke mu mazi munsi y’isi+.
16 kugira ntimwikwegere guhona+ kandi vy’ukuri ntimwihingurire igishusho c’ikibazano, ishusho y’ikimenyetso ico ari co cose, ishusho y’ikintu c’igitsina-gabo canke c’igitsina-gore+,
28 Maze hiyo muzobwirizwa gukorera imana+ zakozwe n’amaboko y’umuntu, z’ibiti n’amabuye+, izidashobora kubona canke kwumva canke kurya canke kumoterwa+.
29 “Ko rero turi uruvyaro rw’Imana+, ntidukwiye kwiyumvira yuko Imana+ imeze nk’inzahabu canke ifeza canke ibuye, nk’ikintu cahinguwe n’ubuhinga be n’ubwenge bw’umuntu+.
23 ubuninahazwa+ bwa ya Mana itabora babuhindura ikintu kimeze nk’ishusho+ y’umuntu abora n’iy’inyoni n’ibiremwa vy’amaguru ane n’ibikwega inda hasi+.