Yesaya 13:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Umve! Isinzi mu misozi, ikintu womengo ni igisata c’abantu benshi+! Umve! Intureka y’ubwami, y’amahanga akoraniye hamwe+! Yehova nyen’ingabo ariko yegeranya ingabo z’intambara+.
4 Umve! Isinzi mu misozi, ikintu womengo ni igisata c’abantu benshi+! Umve! Intureka y’ubwami, y’amahanga akoraniye hamwe+! Yehova nyen’ingabo ariko yegeranya ingabo z’intambara+.