Ezira 1:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 “Ibi ni vyo Kuro umwami w’Ubuperesi avuze+: ‘Yehova Imana y’amajuru+ yarampaye+ ubwami bwose bwo mw’isi, kandi ubwiwe yanshinze igikorwa co kumwubakira inzu i Yeruzalemu+ muri Yuda. Yesaya 44:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Umwe avuga kuri Kuro+ ati: ‘Ni umwungere wanje, kandi ikimpimbara cose azogishitsa neza+’, mbere n’ijambo mvuga kuri Yeruzalemu nti: ‘Hazosubira kwubakwa,’ ku rusengero na ho nti: ‘Umushinge wawe uzoshingwa+.’”
2 “Ibi ni vyo Kuro umwami w’Ubuperesi avuze+: ‘Yehova Imana y’amajuru+ yarampaye+ ubwami bwose bwo mw’isi, kandi ubwiwe yanshinze igikorwa co kumwubakira inzu i Yeruzalemu+ muri Yuda.
28 Umwe avuga kuri Kuro+ ati: ‘Ni umwungere wanje, kandi ikimpimbara cose azogishitsa neza+’, mbere n’ijambo mvuga kuri Yeruzalemu nti: ‘Hazosubira kwubakwa,’ ku rusengero na ho nti: ‘Umushinge wawe uzoshingwa+.’”