Yesaya 65:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 “Kuko ehe ndiko ndema amajuru mashasha+ n’isi nshasha+; kandi ivya kera ntibizokwibukwa+, eka mbere ntibizoza mu mutima+. Ivyahishuwe 21:1 Bibiliya y’isi nshasha 21 Maze mbona ijuru rishasha+ n’isi nshasha+; kuko ijuru rya kera+ n’isi ya kera+ vyari vyagiye, n’ikiyaga+ nticari kikiriho.
17 “Kuko ehe ndiko ndema amajuru mashasha+ n’isi nshasha+; kandi ivya kera ntibizokwibukwa+, eka mbere ntibizoza mu mutima+.
21 Maze mbona ijuru rishasha+ n’isi nshasha+; kuko ijuru rya kera+ n’isi ya kera+ vyari vyagiye, n’ikiyaga+ nticari kikiriho.