Yesaya 43:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Kuko ndi Yehova Imana yawe, wa Mweranda wa Isirayeli, Umukiza wawe+. Natanze Misiri ngo ikubere incungu*+, Etiyopiya+ na Seba mu kibanza cawe.
3 Kuko ndi Yehova Imana yawe, wa Mweranda wa Isirayeli, Umukiza wawe+. Natanze Misiri ngo ikubere incungu*+, Etiyopiya+ na Seba mu kibanza cawe.