Yesaya 60:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Kandi uzokwonka vy’ukuri amaberebere y’amahanga+, wonke ibere ry’abami+; kandi ntuzobura kumenya yuko jewe Yehova+ ndi Umukiza+ wawe, kandi ko Umunyabubasha+ wa Yakobo ari we Mucunguzi+ wawe. Tito 2:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 batiba+, ahubwo berekane ukudahemuka kwiza bimwe bishitse+, kugira ngo basharize inyigisho y’Umukiza wacu+, Imana, muri vyose. Tito 3:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ariko igihe ubuntu+ n’urukundo Imana Umukiza wacu+ ifitiye umuntu vyerekanwa+,
16 Kandi uzokwonka vy’ukuri amaberebere y’amahanga+, wonke ibere ry’abami+; kandi ntuzobura kumenya yuko jewe Yehova+ ndi Umukiza+ wawe, kandi ko Umunyabubasha+ wa Yakobo ari we Mucunguzi+ wawe.
10 batiba+, ahubwo berekane ukudahemuka kwiza bimwe bishitse+, kugira ngo basharize inyigisho y’Umukiza wacu+, Imana, muri vyose.