Ezekiyeli 34:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 ‘Kandi bazobwirizwa kumenya yuko Yehova Imana yabo ndi kumwe na bo+, kandi ko na bo ari abantu banje, inzu ya Isirayeli,’ ni ko Umukama Segaba Yehova avuze+.”’
30 ‘Kandi bazobwirizwa kumenya yuko Yehova Imana yabo ndi kumwe na bo+, kandi ko na bo ari abantu banje, inzu ya Isirayeli,’ ni ko Umukama Segaba Yehova avuze+.”’