Yesaya 49:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Abami bazokubera ababungabunzi+, abaganwakazi babo na bo bakubere abarezi. Bazokwunamira bubarare hasi+, barigate umukungugu wo ku birenge vyawe+; kandi uzobwirizwa kumenya yuko jewe ndi Yehova, kandi abanyizigiye sinzobamaramaza+.”
23 Abami bazokubera ababungabunzi+, abaganwakazi babo na bo bakubere abarezi. Bazokwunamira bubarare hasi+, barigate umukungugu wo ku birenge vyawe+; kandi uzobwirizwa kumenya yuko jewe ndi Yehova, kandi abanyizigiye sinzobamaramaza+.”