ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 46:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Yehova nyen’ingabo ari kumwe natwe+;

      Ya Mana ya Yakobo ni ahantu hakirurutse hatagira inkomanzi hacu+. Sela.

  • Zaburi 132:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  2 Ibuka ingene yarahiye Yehova+,

      Ingene yaraganiye wa Munyabubasha+ wa Yakobo+, ati:

  • Yesaya 30:29
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 29 Muzogira ururirimbo+ nka rurya rwo mw’ijoro aho umuntu yiyeza ku bw’umusi mukuru+, n’umunezero w’umutima nk’uw’umuntu agendana umwironge+ ngo yinjire mu musozi wa Yehova+, ku Gitandara ca Isirayeli+.

  • Yesaya 49:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 Abagufata nabi nzobarisha inyama zabo ubwabo; kandi bazoborerwa amaraso yabo ubwabo nk’ababorewe umuvinyu usosa. Kandi ikiri n’umubiri cose kizobwirizwa kumenya ko jewe Yehova+ ndi Umukiza+ wawe n’Umucunguzi+ wawe, Umunyabubasha wa Yakobo+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika