Zaburi 132:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Gushika ndonkeye Yehova ikibanza+,Ndonkeye itaberenakulo ihambaye wa Munyabubasha wa Yakobo+.” Yesaya 1:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Ku bw’ivyo ibi ni vyo Umukama w’ukuri, Yehova nyen’ingabo, wa Munyabubasha wa Isirayeli+, avuze: “Ahaa! Nzokwikurako abansi banje, kandi nzokwihora+ abansi banje+. Yesaya 60:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Kandi uzokwonka vy’ukuri amaberebere y’amahanga+, wonke ibere ry’abami+; kandi ntuzobura kumenya yuko jewe Yehova+ ndi Umukiza+ wawe, kandi ko Umunyabubasha+ wa Yakobo ari we Mucunguzi+ wawe.
24 Ku bw’ivyo ibi ni vyo Umukama w’ukuri, Yehova nyen’ingabo, wa Munyabubasha wa Isirayeli+, avuze: “Ahaa! Nzokwikurako abansi banje, kandi nzokwihora+ abansi banje+.
16 Kandi uzokwonka vy’ukuri amaberebere y’amahanga+, wonke ibere ry’abami+; kandi ntuzobura kumenya yuko jewe Yehova+ ndi Umukiza+ wawe, kandi ko Umunyabubasha+ wa Yakobo ari we Mucunguzi+ wawe.