Yesaya 61:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Nayo mwebwe, muzokwitwa abaherezi ba Yehova+; muzovugwa+ ko muri abasuku+ b’Imana yacu. Muzorya amatunga y’amahanga+, kandi muzokwihaya ubuninahazwa bwabo akamwemwe kabasya+. Yesaya 66:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 kuko muzokwonka mugahaga koko ibere ry’ukwirurwa na we kwuzuye; kuko muzonunuza imoko ryiwe ry’ubuninahazwa bwiwe mugasoserwa+.
6 Nayo mwebwe, muzokwitwa abaherezi ba Yehova+; muzovugwa+ ko muri abasuku+ b’Imana yacu. Muzorya amatunga y’amahanga+, kandi muzokwihaya ubuninahazwa bwabo akamwemwe kabasya+.
11 kuko muzokwonka mugahaga koko ibere ry’ukwirurwa na we kwuzuye; kuko muzonunuza imoko ryiwe ry’ubuninahazwa bwiwe mugasoserwa+.