Itanguriro 2:1 Bibiliya y’isi nshasha 2 Gutyo amajuru n’isi be n’ingabo zavyo zose birarangira+. Nehemiya 9:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 “Ni wewe Yehova wenyene+; ni wewe wakoze amajuru+, egome, ijuru ry’amajuru, n’ingabo zayo zose+, isi+ n’ibiri kuri yo vyose+, ibiyaga+ n’ibiri muri vyo vyose+; vyose ubizigamira ubuzima; kandi ingabo+ zo mu majuru zirakwunamira.
6 “Ni wewe Yehova wenyene+; ni wewe wakoze amajuru+, egome, ijuru ry’amajuru, n’ingabo zayo zose+, isi+ n’ibiri kuri yo vyose+, ibiyaga+ n’ibiri muri vyo vyose+; vyose ubizigamira ubuzima; kandi ingabo+ zo mu majuru zirakwunamira.