Zaburi 97:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Abo bose bakorera igishusho c’ikibazano ico ari co cose nibamaramare+,Barya biratira imana ata co zimaze+.Nimumwunamire, yemwe mwa mana mwese+! Yesaya 44:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Abahinguzi b’igishusho c’ikibazano bose ni ikintu kitabaho+, kandi ivyo bikundira cane nta co bizomara+; kandi cokimwe n’ivyabona vyabo, nta co babona kandi nta co bazi+, kugira ngo bamaramare+.
7 Abo bose bakorera igishusho c’ikibazano ico ari co cose nibamaramare+,Barya biratira imana ata co zimaze+.Nimumwunamire, yemwe mwa mana mwese+!
9 Abahinguzi b’igishusho c’ikibazano bose ni ikintu kitabaho+, kandi ivyo bikundira cane nta co bizomara+; kandi cokimwe n’ivyabona vyabo, nta co babona kandi nta co bazi+, kugira ngo bamaramare+.