Yesaya 54:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ntutinye+, kuko utazomaramazwa+; kandi ntuteterwe, kuko utazotaha zirayoye+. Kuko uzokwibagira mbere ibimaramare vy’igihe cawe c’ubuto+, kandi iceyi c’ubupfakazi bwawe bubandanya ntuzokwongera kucibuka.” Zefaniya 3:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kuri uwo musi ntuzomaramara kubera ibikorwa vyawe vyose wangabitanijeko+, kuko ico gihe nzokura hagati muri wewe abantu bawe bigina n’ubwibone n’akantu+; kandi ntuzopfa usubiye kugira ubwibone ku musozi wanje mweranda+.
4 Ntutinye+, kuko utazomaramazwa+; kandi ntuteterwe, kuko utazotaha zirayoye+. Kuko uzokwibagira mbere ibimaramare vy’igihe cawe c’ubuto+, kandi iceyi c’ubupfakazi bwawe bubandanya ntuzokwongera kucibuka.”
11 Kuri uwo musi ntuzomaramara kubera ibikorwa vyawe vyose wangabitanijeko+, kuko ico gihe nzokura hagati muri wewe abantu bawe bigina n’ubwibone n’akantu+; kandi ntuzopfa usubiye kugira ubwibone ku musozi wanje mweranda+.