Yesaya 44:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Ntimugire ubwoba, kandi ntimujumararirwe+. Mbega kuva ico gihe sinabibumvishije umwumwe ukwiwe, nkabihishura+? Kandi muri ivyabona vyanje+. Hari Imana iriho atari jewe+? Oya, nta Gitandara kiriho+. Nta na kimwe namenye.’” Mariko 12:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Nya mwanditsi amubwira ati: “Mwigisha, uvuze neza mu buryo buhuye n’ukuri, ‘Ni Umwe, kandi nta wundi ariho atari We+’;
8 Ntimugire ubwoba, kandi ntimujumararirwe+. Mbega kuva ico gihe sinabibumvishije umwumwe ukwiwe, nkabihishura+? Kandi muri ivyabona vyanje+. Hari Imana iriho atari jewe+? Oya, nta Gitandara kiriho+. Nta na kimwe namenye.’”
32 Nya mwanditsi amubwira ati: “Mwigisha, uvuze neza mu buryo buhuye n’ukuri, ‘Ni Umwe, kandi nta wundi ariho atari We+’;