ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 4:39
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 39 Kandi urazi neza uno musi, kandi wibuke mu mutima wawe yuko Yehova ari we Mana y’ukuri mu majuru hejuru no kw’isi hasi+. Nta yindi iriho+.

  • Gusubira mu vyagezwe 6:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 “Umviriza, ewe Isirayeli: Yehova Imana yacu ni Yehova umwe+.

  • Yesaya 45:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Nimushikirize raporo yanyu n’ivyiyumviro vyanyu+. Egome, nibaje inama mu bumwe. Ni nde yavyumvikanishije kuva kera+? Ni nde yabimenyesheje kuva ico gihe+? Mbega si jewe Yehova, umwe ata yindi Mana iriho atari we+, Imana igororotse n’Umukiza+, akaba ata wundi ariho kiretse jewe+?

  • Yesaya 46:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Nimwibuke ivya mbere vya kera+, yuko ari je ndi Nyenubumana+ kandi ko ata yindi Mana iriho+, canke uwumeze nkanje+;

  • 1 Abakorinto 8:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Nayo ku vy’ukurya+ ibifungurwa vyashikaniwe ibigirwamana, turazi ko ikigirwamana ari ubusa+ mw’isi, be n’uko ata yindi Mana iriho atari imwe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika