Yesaya 2:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Amaso yibona y’umuntu yakuwe mw’ivu ategerezwa kuja hasi, n’ukwishira hejuru kw’abantu gutegerezwa kumanuka+; kandi Yehova wenyene ni we azotegerezwa gushirwa hejuru kuri uwo musi+. Yesaya 13:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Ubutaka bwimbuka nzobugarukanako vy’ukuri ububi bwabwo+, n’ikosa ry’ababisha ndaribagarukaneko. Kandi nzohagarika vy’ukuri ubwishime bw’abita imbere, n’ubwibone bw’intwazamukazo ndabushire hasi+. Daniyeli 4:37 Bibiliya y’isi nshasha 37 “None ubu, jewe Nebukadinezari ndashemeza Umwami w’amajuru+, nkamushira hejuru kandi nkamuninahaza, kubera ko ibikorwa vyiwe vyose ari ukuri, n’inzira ziwe zikaba ari ubutungane+, no kubera ko ashoboye gutetereza abagendera mu bwishime+.” 1 Petero 5:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Namwe basore, ni kwo kw’ukwo, muyobokere+ abagabo b’inararibonye. Mugabo mwese mukenyere ukwiyorosha kwo mu muzirikanyi mu vyo mugiriranira+, kuko Imana irwanya abibona, mugabo igaha ubuntu ata wari abukwiriye abicisha bugufi+.
11 Amaso yibona y’umuntu yakuwe mw’ivu ategerezwa kuja hasi, n’ukwishira hejuru kw’abantu gutegerezwa kumanuka+; kandi Yehova wenyene ni we azotegerezwa gushirwa hejuru kuri uwo musi+.
11 Ubutaka bwimbuka nzobugarukanako vy’ukuri ububi bwabwo+, n’ikosa ry’ababisha ndaribagarukaneko. Kandi nzohagarika vy’ukuri ubwishime bw’abita imbere, n’ubwibone bw’intwazamukazo ndabushire hasi+.
37 “None ubu, jewe Nebukadinezari ndashemeza Umwami w’amajuru+, nkamushira hejuru kandi nkamuninahaza, kubera ko ibikorwa vyiwe vyose ari ukuri, n’inzira ziwe zikaba ari ubutungane+, no kubera ko ashoboye gutetereza abagendera mu bwishime+.”
5 Namwe basore, ni kwo kw’ukwo, muyobokere+ abagabo b’inararibonye. Mugabo mwese mukenyere ukwiyorosha kwo mu muzirikanyi mu vyo mugiriranira+, kuko Imana irwanya abibona, mugabo igaha ubuntu ata wari abukwiriye abicisha bugufi+.